Kuvayo 2:9
Kuvayo 2:9 RUN1967
Umukobga wa Farawo aramubarira, ati Jana uyu mwana, umunyonkereze, nzokugerera. Uwo mugore ajana uwo mwana, aramwonsa.