Kuvayo 2:5
Kuvayo 2:5 RUN1967
Maz’ umukobga wa Farawo amanuka kwiyuhagira mu ruzi, incoreke ziwe zigendagenda ku nkombe y’uruzi. Abona ka gatebo mu rufunzo, atuma incoreke yiwe kukazana.