Kuvayo 2:24-25
Kuvayo 2:24-25 RUN1967
Imana yumva amaborogo yabo, yibuka isezerano ryayo yasezeraniye Aburahamu na Isaka na Yakobo. Imana yitegereza Abisirayeli, ibona uko bameze.