Kuvayo 2:10
Kuvayo 2:10 RUN1967
Umwana amaze gukura, amushīra umukobga wa Farawo, acika umwana wiwe. Amwita Mose, ati N’uko namukūye mu mazi.