1
Itanguriro 4:7
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ni wakora neza ntuzokwemerwa? ariko n’utākora neza, icaha kibunze ku rugi: kandi ni wewe cifuza, arik’ ukwiye kukinesha.
Vergelijk
Ontdek Itanguriro 4:7
2
Itanguriro 4:26
Seti na we arahava avyara umuhungu, amwita Enoshi: ico gihe abantu ni ho batanguriye kwambaza izina ry’Uhoraho.
Ontdek Itanguriro 4:26
3
Itanguriro 4:9
Uhoraho abaza Kayini, ati Abeli murumunawe ari hehe? Aramwishura, ati Ndabizi? Nar’ umwungere wa murumunanje?
Ontdek Itanguriro 4:9
4
Itanguriro 4:10
Na we aramubaza, at’ Ico wakoze ico n’igiki? Ijwi ry’amaraso ya murumunawe ririko rirantakambirira kw isi.
Ontdek Itanguriro 4:10
5
Itanguriro 4:15
Uhoraho aramwishura, ati Ni co gituma uwokwica Kayini azobihanirwa kurenza we ibihetangabo ndwi. Uhoraho ashira ikimenyetso kuri Kayini, kugira ng’ ūzomubona ntamwice.
Ontdek Itanguriro 4:15
Thuisscherm
Bijbel
Leesplannen
Video's