1
Itanguriro 29:20
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Nuko Yakobo akora imyaka ndwi kugira ngw ahabge Rakeli; imuhindukira nk’imisi mikeya, kubg’ urukundo amukunda.
Vergelijk
Ontdek Itanguriro 29:20
2
Itanguriro 29:31
Maz’ Uhoraho abona yuko Leya yanswe, aca azibūra inda yiwe; ariko Rakeli aragumbaha.
Ontdek Itanguriro 29:31
Thuisscherm
Bijbel
Leesplannen
Video's