YouVersion လိုဂို
ရှာရန် အိုင်ကွန်

Matayo 6:16-18

Matayo 6:16-18 BKC

Iyo mwisonzesheje, ntimwerekane ko mubabaye nk’uko za ndyarya zibigira: kuko baca bijirirwa mu maso kugira ngo abababona bose babashimire ukwisonzesha kwabo. Ndababwire ukuri: iyo ni yo mpera yonyene bazoronka. Ariko wewe, iyo wisonzesheje, woge mu maso hanyuma wisige amavuta mu mutwe, kugira ngo ntiwereke abantu ko wisonzesheje; ahubwo uvyereke So ari ahihishije; maze So, we abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera.

Matayo 6 ကိုဖတ်ပါ။

Matayo 6:16-18 အကြောင်း ဗီဒီယိုများ