Ivyakozwe 5:38-39
Ivyakozwe 5:38-39 BKC
None rero n’ubu ndabahanure: Nimurekure aba bantu bigire! Kuko nimba ivyo bariko barakora vyavuye ku bantu, Nta ho bizoshika. Ariko nimba biva ku Mana, ntimuzoshobora kubagwanya; ahubwo muzosanga muriko mugwanya Imana.”