1
Luka 24:49
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Ehe ngiye kubarungikira ingabire Data yasezeranye, ariko mugume mu gisagara gushika muhawe ubushobozi buvuye mw’ijuru.”
နှိုင်းယှဉ်
Luka 24:49ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
2
Luka 24:6
Ntari hano, yazutse. Nimwibuke ivyo yababwiye akiri kumwe namwe i Galilaya
Luka 24:6ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
3
Luka 24:31-32
Amaso yabo aca aruguruka, baramumenya, ariko aca arakamangana, ntibasubira kumubona. Baca batangura kubazanya bati: “Mbega imitima yacu ntiyariko iragurugumba igihe yariko aravugana natwe mu nzira, adusigurira Ivyanditswe?”
Luka 24:31-32ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
4
Luka 24:46-47
Arababwira ati: “Handitswe ngo ‘Kristo azobabazwa, apfe, hanyuma azuke mu bapfuye ku musi ugira gatatu, kandi ubutumwa bw’ukwihana n’uguharirwa ivyaha buzovugwa mw’izina ryiwe mu mahanga yose, uhereye i Yerusalemu.’
Luka 24:46-47ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
5
Luka 24:2-3
Bahashitse, basanga ikibuye cari cugaye imva catembagajwe, hanyuma barinjira, ariko ikiziga c’Umwami Yesu ntibakibona.
Luka 24:2-3ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
ပင်မစာမျက်နှာ
ကျမ်းစာ
အစီအစဉ်
ဗီဒီယို