1
Matayo 4:4
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Aramwishura, ati Vyanditswe ng’ Umuntu ntatungwa n’umutsima gusa, arikw atungwa n’ijambo ryose riva mu kanwa k’Imana.
तुलना करा
एक्सप्लोर करा Matayo 4:4
2
Matayo 4:10
Buno Yesu aramubgira, ati Mvako, Satani, kuko vyanditswe, ng’ Uhoraho, Imana yawe, abe ari yo usenga, kand’ abe ari yo usaba yonyene.
एक्सप्लोर करा Matayo 4:10
3
Matayo 4:7
Yesu aramubgira, ati Vyongeye haranditswe, ngo Ntukagerageze Uhoraho, Imana yawe.
एक्सप्लोर करा Matayo 4:7
4
Matayo 4:1-2
Buno Yesu adūganwa na Mpwemu mu bugaragwa ngw ageragezwe n’Umurwanizi. Amaze imisi mirongwine n’amajoro mirongwine yisonzesheje, abona gusonza.
एक्सप्लोर करा Matayo 4:1-2
5
Matayo 4:19-20
Arababgira, ati Ni munkurikire, nzobagira abaroba abantu. Baca bareka insenga, baramukurikira.
एक्सप्लोर करा Matayo 4:19-20
6
Matayo 4:17
Guhera ubgo, Yesu atangura kwigisha, ati Mwihane, kuk’ ubgami bgo mw ijuru buri hafi.
एक्सप्लोर करा Matayo 4:17
मुख्य
बायबल
योजना
व्हिडिओ