YouVersion logotips
Meklēt ikonu

Matayo 6:19-21

Matayo 6:19-21 BKC

Ntimukirundanirize ubutunzi mw’isi, aho imiswa, inyenzi n’ingese bishobora kubwonona, kandi n’ibisuma bigashobora kumena bikabwiba. Ariko, mwirundanirize ubutunzi mw’ijuru, aho imiswa, inyenzi n’ingese bidashika ngo bibwonone canke abasuma badashika ngo bamene babwibe; kuko aho ubutunzi bwawe buri, ari ho n’umutima wawe uzoba.

Lasi Matayo 6

Pants Attēli Matayo 6:19-21

Matayo 6:19-21 - Ntimukirundanirize ubutunzi mw’isi, aho imiswa, inyenzi n’ingese bishobora kubwonona, kandi n’ibisuma bigashobora kumena bikabwiba. Ariko, mwirundanirize ubutunzi mw’ijuru, aho imiswa, inyenzi n’ingese bidashika ngo bibwonone canke abasuma badashika ngo bamene babwibe; kuko aho ubutunzi bwawe buri, ari ho n’umutima wawe uzoba.Matayo 6:19-21 - Ntimukirundanirize ubutunzi mw’isi, aho imiswa, inyenzi n’ingese bishobora kubwonona, kandi n’ibisuma bigashobora kumena bikabwiba. Ariko, mwirundanirize ubutunzi mw’ijuru, aho imiswa, inyenzi n’ingese bidashika ngo bibwonone canke abasuma badashika ngo bamene babwibe; kuko aho ubutunzi bwawe buri, ari ho n’umutima wawe uzoba.Matayo 6:19-21 - Ntimukirundanirize ubutunzi mw’isi, aho imiswa, inyenzi n’ingese bishobora kubwonona, kandi n’ibisuma bigashobora kumena bikabwiba. Ariko, mwirundanirize ubutunzi mw’ijuru, aho imiswa, inyenzi n’ingese bidashika ngo bibwonone canke abasuma badashika ngo bamene babwibe; kuko aho ubutunzi bwawe buri, ari ho n’umutima wawe uzoba.