YouVersion logotips
Meklēt ikonu

Luka 21:9-10

Luka 21:9-10 BKC

Nimwumva intambara n’imigumuko, ntimuze muhagarike imitima. Ivyo bitegerezwa kubanza gushika, ariko iherezo rya vyose ntirizoba rirashika.” Yongera ababwira ati: “Ihanga rizotera irindi hanga, ubwami butere ubundi bwami.

Lasi Luka 21