YouVersion logotips
Meklēt ikonu

Itanguriro 1:9-10

Itanguriro 1:9-10 RUN1967

Imana iravuga, it’ Amazi yo musi y’ijuru n’akoranire hamwe, i musozi na ho ni haboneke: biba kuno. Maz’ i musozi Imana ihita Isi, ikoraniro ry’amazi na ryo iryita Ibiyaga: Imana ibona kw ari vyiza.