1
Luka 18:1
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Yesu aca abacira umugani, kugira ngo abereke ko bakwiye kwama basenga, ntibadendebukirwe.
Kokisana
Luka Luka 18:1
2
Luka 18:7-8
Mbega Imana ntizotunganiriza abo yatoranije, bayitakambira ijoro n’umurango? Mbega mwibaza ko izobatevya? Ndababwire ukuri, izokwihuta kubatunganiriza. Ariko none, aho Umwana w’Umuntu azogarukira, azosanga ukwizera kw’isi?”
Luka Luka 18:7-8
3
Luka 18:27
Yesu arabishura ati: “Ibidashobokera abantu bishobokera Imana.”
Luka Luka 18:27
4
Luka 18:4-5
Uwo mucamanza amara igihe atamwumviriza. Ariko arateba aribwira ati: ‘Ni vyo, nsintinya Imana kandi sinsonera n’abantu, ariko kubera uwu mupfakazi arangoye cane; ngira ndamutunganirize kugira ngo ntabandanye aza kunduhisha.’ ”
Luka Luka 18:4-5
5
Luka 18:17
Ndababwire ukuri, umuntu wese atakira Ubwami bw’Imana nk’umwana muto ntazokwigera abwinjiramwo.”
Luka Luka 18:17
6
Luka 18:16
Ariko Yesu asaba ko babamuzanira, abwira abigishwa biwe ati: “Nimureke abana baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nka bo.
Luka Luka 18:16
7
Luka 18:42
Yesu aramubwira ati: “Humuka, ukwizera kwawe kuragukijije.”
Luka Luka 18:42
8
Luka 18:19
Yesu aramwishura ati: “Unyitira iki mwiza? Nta mwiza ahari, kiretse Imana yonyene.
Luka Luka 18:19
Ndako
Biblia
Bibongiseli
Bavideo