Yohana 4:25-26
Yohana 4:25-26 BKC
Wa mugore aravuga ati: “Ndazi ko Mesiya (yitwa Kristo) azoza. Niyaza, azodusobanurira vyose.” Yesu aramubwira ati: “Jewe nyene turiko turavugana, ni jewe Kristo.”