1
Luka 10:19
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Ehe ndabahaye ububasha bwose bwo kunesha umwansi: muzohonyora inzoka na sikoropiyo muzimene imitwe, kandi nta na kimwe kizogira ico kibagira.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Luka 10:19 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Luka 10:41-42
Ariko Umwami Yesu aramwishura ati: “Marita, Marita, reka guhagarika umutima, wigora muri vyinshi. Hari ikintu kimwe gusa gikenewe kuruta ibindi. Mariya yahisemwo ikintu ciza, kandi ntazocakwa.”
Luka 10:41-42 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Luka 10:27
Aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, ubugingo bwawe bwose, inkomezi zawe zose, ubwenge bwawe bwose’; kandi, ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”
Luka 10:27 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Luka 10:2
Arababarira ati: “Ivyimburwa ni vyinshi, ariko abimbuzi ni bake. Nimwinginge nyene ivyimburwa arungike abimbuzi mu vyimburwa vyiwe.
Luka 10:2 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Luka 10:36-37
None muri abo bose, ni nde yabonetse nk’umugenzi w’uwo muntu yaguye mu bambuzi?” Wa mwigisha w’ivyagezwe aramwishura ati: “Ni uwo yamugiriye impuhwe.” Yesu aca aramubwira ati: “Genda nawe ukore uko.”
Luka 10:36-37 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
6
Luka 10:3
Nimugende! Ndabarungitse nk’intama mu bikoko vy’inkazi.
Luka 10:3 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು