1
Yohana 17:17
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Bezeshe ukuri; ijambo ryawe ni ryo kuri.
Compare
Explore Yohana 17:17
2
Yohana 17:3
Ubu ni bwo bugingo budashira: ko bakumenya wewe, Imana y’ukuri yonyene, na Yesu Kristo, uwo watumye.
Explore Yohana 17:3
3
Yohana 17:20-21
Sinsengeye aba gusa. Ariko ndasengeye n’abandi bose bazokwizera biciye ku butumwa bw’aba. Ndabasengeye ngo bose babe umwe; nk’uko wewe Data uri muri jewe nanje nkaba muri wewe, nibabe umwe muri twebwe, kugira ngo isi yizere ko wantumye.
Explore Yohana 17:20-21
4
Yohana 17:15
Sindagusavye ngo ubakure mw’isi, ariko ndagusavye ngo ubarinde wa mubi.
Explore Yohana 17:15
5
Yohana 17:22-23
Icubahiro wampaye narakibahaye, kugira ngo babe umwe nk’uko twe nawe turi umwe: jewe mbe muri bo, nawe ube muri jewe, aho ni ho bazoba umwe vy’ukuri, kugira ngo isi imenye ko wantumye kandi ko ubakunda nk’uko unkunda.
Explore Yohana 17:22-23
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು