1
Itanguriro 15:6
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Yizera Uhoraho, Uhoraho abimuharūrako nk’ ukugororoka.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Itanguriro 15:6 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Itanguriro 15:1
Hanyuma y’ivyo, ijambo ry’ Uhoraho riza kuri Aburamu nko mu nzozi, riti Aburamu, nta co utinya: ni jewe nkinzo yawe, uzohabga impēra ikomeye cane.
Itanguriro 15:1 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Itanguriro 15:5
Amusohokana hanze, aramubgira, ati Rangamiza, urābe mw ijuru, uharūre inyenyeri, namba woshobora kuziharūra. At’ Uruvyaro rwawe ni ko ruzongana.
Itanguriro 15:5 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Itanguriro 15:4
Maz’ ijambo ry’Uhoraho ryongera kuza kuri we, rit’ Uyo si we azotora ivyawe, arik’ ūzova mu kara kawe ni we azobitora.
Itanguriro 15:4 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Itanguriro 15:13
Uhoraho abarira Aburamu, at’ Umenye neza yuk’ uruvyaro rwawe ruzoba inyambukīra mu gihugu kitar’ icabo, kandi bazokorera bene co, na bo bazobagirira nabi imyaka amajana ane
Itanguriro 15:13 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
6
Itanguriro 15:2
Aburamu aramubaza, ati Mwami Uhoraho, uzompa iki, ko ngiye gupfa ata kana nsize, kand’ ūzotorana urugo rwanje akaba ari Eliyezeri Umunyadamasiko?
Itanguriro 15:2 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
7
Itanguriro 15:18
Kur’ uwo musi nyene Uhoraho asezeranira Aburamu isezerano, at’ Uhereye ku ruzi rwo muri Egiputa, ugashitsa ku ruzi runini ari rwo Efurate, uruvyaro rwawe ndaruhaye iki gihugu
Itanguriro 15:18 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
8
Itanguriro 15:16
Kand’ abuzukururuza b’abazojayo ni bo bazogaruka ino: kuko kugabitanya kw’ Abamori kutaruzura.
Itanguriro 15:16 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು