1
Yohana 2:11
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Iryo ni ryo tanguriro ry’ibimenyetso Yesu yakoze ar’i Kana i Galilaya, yerekana ubgiza bgiwe; kand’ abigishwa biwe baramwizera.
Bera saman
Njòttu Yohana 2:11
2
Yohana 2:4
Yesu aramwishura, ati Duhūriye hehe ga nyina wanje? Igihe canje ntikiragera.
Njòttu Yohana 2:4
3
Yohana 2:7-8
Yesu arababarira, ati Ni mwuzuze izo ntango amazi. Bazuzuza kugeza ku mbiga. Arababarira, ati Mudahe ubu nyene, mushīre umuteretsi mukuru. Baramushīra.
Njòttu Yohana 2:7-8
4
Yohana 2:19
Yesu arabishura, ati Musambure uru rusengero, nanje nzoruhagarika mu misi itatu.
Njòttu Yohana 2:19
5
Yohana 2:15-16
Atsiba imigozi ayigira nk’ikimoko, abahinda mu rusengero bose, n’intama n’inka, asēsa amahera y’abariko baravunja, ahenura ameza yabo. Abarira abadandaza inuma, ati Ni mukūreh’ ivyo, nta co muhindura inzu ya Data kuba inzu y’akaguriro.
Njòttu Yohana 2:15-16
Heim
Biblía
Áætlanir
Myndbönd