Logo YouVersion
BibPlan yoVideyo
Pran aplikasyon an
Seleksyone Lang
Chache Icon

Vèsè popilè nan Bib la ki soti nan Matayo 15

1

Matayo 15:18-19

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko igisohoka mu kanwa k’umuntu kiba kivuye mu mutima, kandi ni co kimuhumanya. Kuko mu mutima ari ho hava ivyiyumviro bibi: ubwicanyi, ubusambanyi, ivy’isoni nke, ubusuma, kubeshera abandi no kuvuga abandi nabi.

Konpare

Eksplore Matayo 15:18-19

2

Matayo 15:11

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.”

Konpare

Eksplore Matayo 15:11

3

Matayo 15:8-9

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

‘Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, ariko imitima yabo iri kure yanje. Ukunsenga kwabo ntikugira ikimazi; inyigisho zabo ni amabwirizwa abantu bishingiye.’”

Konpare

Eksplore Matayo 15:8-9

4

Matayo 15:28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu aca aramubwira: “Mupfasoni, ufise ukwizera gukomeye! Ivyo usavye urabihawe.” Maze ako kanya nyene, umukobwa wiwe aca arakira.

Konpare

Eksplore Matayo 15:28

5

Matayo 15:25-27

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Wa mugore aca araza apfukama imbere yiwe, aramubwira ati: “Mwami, ntabara!” Yesu aramwishura ati: “Si vyiza gufata umukate w’abana ukawuterera imbwa.” Na we aramwishura ati: “Ni vyo, Mwami, ariko n’imbwa na zo ziremerewe kurya utuvunguka dukoroka tuva ku meza za ba shebuja.”

Konpare

Eksplore Matayo 15:25-27

Plan lekti ak devosyon gratis yo ki gen rapò ak Matayo 15

Chapit Avan yo
Chapit suivan
YouVersion

Ankouraje ak defi pou w chèche entimite ak Bondye chak jou.

Ministè

Apwopo

Karyè yo

Volontè

Blòg

Peze

Lyen itil yo

Ed

Fè yon don

Vèsyon Bib yo

Odyo Bib yo

Diferan Lang yo nan Bib la

Vèsè Jodi a


Yon Ministè Digital nan

Life.Church
English (US)

©2025 Life.Church / YouVersion

Politik PriveTèm yo
Pwogram Divilgasyon Vilnerabilite
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest

Akèy

Bib

Plan yo

Videyo