1
Itanguriro 13:15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
iki gihugu cose ubonye ni wewe nzogiha, n’uruvyaro rwawe, gushitsa ibihe vyose.
Vertaa
Tutki Itanguriro 13:15
2
Itanguriro 13:14
Loti amaze gutandukana na Aburamu, Uhoraho abarira Aburamu, at’ Unamura amaso yawe, uhēre ah’ uhagaze aho, witegereze i burārūko n’i bumanuko n’i burasirazuba n’i burengerazuba
Tutki Itanguriro 13:14
3
Itanguriro 13:16
Kandi nzogwiza uruvyaro rwawe rungane n’umukungugu wo hasi: namb’ umuntu yoshobora guharūra umukungugu wo hasi, n’uruvyaro rwawe na rwo rwoharūrwa.
Tutki Itanguriro 13:16
4
Itanguriro 13:8
Aburamu abarira Loti, ati Ndakwinginze, hoye kuba intonganya hagati yanje nawe, no hagati y’abungere banje n’abawe, kuko tuvukana.
Tutki Itanguriro 13:8
5
Itanguriro 13:18
Aburamu yunguruza amahema, aragenda, aba i ruhande y’ibiti vya Mamure vyitwa imyeloni, bir’ i Heburoni, ahubakira Uhoraho igicaniro.
Tutki Itanguriro 13:18
6
Itanguriro 13:10
Loti yunamura amaso, yitegereza ikiyaya cose co kuri Yorodani, abona ko har’ibigera vy’amazi hose. Uhoraho atararandura Sodomu na Gomora, ico kiyaya cari kimeze nka rya tongo ry’ Uhoraho, canke nk’ igihugu ca Egiputa ugiye werekeye i Sowari.
Tutki Itanguriro 13:10