1
Itanguriro 29:20
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Nuko Yakobo akora imyaka ndwi kugira ngw ahabge Rakeli; imuhindukira nk’imisi mikeya, kubg’ urukundo amukunda.
Compare
Avasta Itanguriro 29:20
2
Itanguriro 29:31
Maz’ Uhoraho abona yuko Leya yanswe, aca azibūra inda yiwe; ariko Rakeli aragumbaha.
Avasta Itanguriro 29:31
Home
Bible
Plans
Videos