Logo YouVersion
Ikona vyhledávání

Itanguriro 27:36

Itanguriro 27:36 RUN1967

Aramwishura, ati Yakobo ni Yakobo koko; izina ni ryo muntu! Yambereye intōnyōtsi kabiri kose: yannyaze kuba samuragwa, non’ asubiriye n’umuhezagiro wanje! Arongera aramubaza, ati Nta muhezagiro wansigarije na mba?