1
Yohana 17:17
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ubeze mu kuri: ijambo ryawe ni ryo kuri.
Porovnat
Zkoumat Yohana 17:17
2
Yohana 17:3
Ubu ni bgo bugingo budashira, ko bamenya wewe, Imana yonyene y’ukuri, n’uwo watumye, Yesu Kristo.
Zkoumat Yohana 17:3
3
Yohana 17:20-21
Sinsabira aba gusa, ariko ndasabira n’abo bazonyizera kubg’ ijambo ry’aba, kugira ngo bose babe umwe, nk’uko wewe, Data, uri muri jewe, nanje nkaba muri wewe, ngo na bo abe ari ko baba muri twebge, ngw isi yizere kw ari wewe wantumye.
Zkoumat Yohana 17:20-21
4
Yohana 17:15
Singusaba ng’ ubakūre mw isi, ariko ng’ ubarinde wa Mubi.
Zkoumat Yohana 17:15
5
Yohana 17:22-23
Nanje nabahaye ubgiza wampaye, ngo babe umwe, nk’uko natwe tur’ umwe. Jewe mbe muri bo, nawe ube muri jewe, ngo bahīngūrwe babe umwe, kugira ngw isi imenye kw ari wewe wantumye, ukabakunda, nk’uko wankunze.
Zkoumat Yohana 17:22-23
Domů
Bible
Plány
Videa