1
Itanguriro 19:26
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ariko muka Loti amukurikiye, akebuka inyuma, aca ahinduka inkingi y’umunyu.
Porovnat
Zkoumat Itanguriro 19:26
2
Itanguriro 19:16
Maze akijujura, abo bagabo bamufata ukuboko, n’ukw’ umugore wiwe n’abakobga biwe bompi. Uhoraho amugiriye ikigongwe, bamukūrayo, bamuterera inyuma y’igisagara.
Zkoumat Itanguriro 19:16
3
Itanguriro 19:17
Bamaze kubakūrayo, umwe muri bo aravuga, ati Hunga ntupfe! Ntukebēre inyuma, kandi nturuhe uhagarara utararangiza iki kiyaya cose; hungira kur’ iriya misozi, woye kuranduka.
Zkoumat Itanguriro 19:17
4
Itanguriro 19:29
Igihe Imana yarandura ibisagara vyo mur’ ico kiyaya, yibutse Aburahamu, irungika Loti ngw ave mur’ ako gatikizo, igihe yakomvomvora ibisagara Loti yabamwo.
Zkoumat Itanguriro 19:29
Domů
Bible
Plány
Videa