Luka 11:34
Luka 11:34 BIR
Itara ry'umubiri ni ijisho ryawe. Igihe ijisho ryawe ari rizima, umubiri wawe wose uba umurikiwe. Ariko igihe ijisho ryawe rirwaye, umubiri wawe uba ucuze umwijima.