Mariko 14:38
Mariko 14:38 BIR
Mube maso kandi musenge, kugira ngo mutagwa mu bishuko. Umutima w'umuntu ugira imigambi myiza, ariko umubiri wo ugira intege nke.”