Filipi 2:9-11
Filipi 2:9-11 BKC
Ni co catumye Imana imushira hejuru cane, imuha izina rirengeye ayandi mazina yose kugira ngo mw’izina rya Yesu, amavi yose aze apfukame, ari ay’ivyo mw’ijuru, ay’ivyo kw’isi n’ay’ivy’i kuzimu, kandi indimi zose zize zature ko Yesu Kristo ari Umwami, kugira ngo biheshe Imana Data icubahiro.