Luka 8:47-48
Luka 8:47-48 BKC
Wa mugore abonye atagishoboye kwinyegeza, aca aza ajugumira, yikubita imbere y’ibirenge vya Yesu, aca amubwirira imbere ya bose icatumye amukorako, kandi ko yaciye akira ako kanya nyene. Yesu aramubwira ati: “Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Igire amahoro.”