Ivyakozwe 2:44-45
Ivyakozwe 2:44-45 BKC
Abizera bose baba hamwe kandi basangira ivyabo vyose. Bagurisha amatongo n’ivyo batunze vyose, bakagabura amahera, bivanye n’ubukene bw’umwe umwe wese.