Ivyakozwe 13:47
Ivyakozwe 13:47 BKC
Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’”