Matayo 5:29-30
Matayo 5:29-30 RUN1967
Ijisho ryawe ry’i buryo ni ryagutsitaza, urinogore, urite kure: vyokubera vyiza gupfa ijisho ryawe rimwe, hak’ umubiri wawe wose wotabga muri Gehinomu. N’ukuboko kwawe kw’i buryo ni kwagutsitaza, uguce igikonjo, ugite kure: vyokubera vyiza gupfa urugingo rwawe rumwe, hak’ umubiri wawe wose woja muri Gehinomu.