Yohana 20:21-22
Yohana 20:21-22 RUN1967
Yesu yongera kubabgira, at’ Amahoro abe muri mwebge. Nk’uko Data yantumye ni ko nanje mbatumye. Avuze ivyo, abahumekerako, ati Ni mwākīre Mpwemu Yera.