YouVersion Logo
Search Icon

Ivyakozwe N’intumwa 11:23-24

Ivyakozwe N’intumwa 11:23-24 RUN1967

Na we amaze gushikayo, abonye ubuntu bg’Imana, biramunezereza, arabahanūra bose ngo bamaramaze mu mitima kwifatanya akaramata n’Umwami Yesu. Kuko yar’ imico myiza, yuzuye Mpwemu Yera n’ukwizera. Abantu benshi bagwirirana ku Mwami Yesu.