1
Ivyakozwe 4:12
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Nta wundi agakiza karonkerwamwo, kuko ata rindi zina twahawe musi y’ijuru ryo gukirizwamwo.”
Compare
Explore Ivyakozwe 4:12
2
Ivyakozwe 4:31
Bahejeje gusenga, aho bari bakoraniye haratigita, bose buzuzwa Mpwemu Yera, baca bigisha ijambo ry’Imana bashize amanga.
Explore Ivyakozwe 4:31
3
Ivyakozwe 4:29
None rero Mwami Imana, nurabe ingene badutera ubwoba, maze ushoboze abasavyi bawe kwigisha ijambo ryawe bashize amanga.
Explore Ivyakozwe 4:29
4
Ivyakozwe 4:11
Ni we ‘buye ryatawe n’abubatsi, ariko ryahindutse irigumya imfuruka.’
Explore Ivyakozwe 4:11
5
Ivyakozwe 4:13
Babonye ubushizi bw’amanga bwari muri Petero na Yohana, bakamenya ko batize, ahubwo ko ari abantu batobato, baratangara cane, ariko bamenya ko bagendanye na Yesu.
Explore Ivyakozwe 4:13
6
Ivyakozwe 4:32
Abizera bose bari bahuje umutima n’inama muri vyose. Nta n’umwe yavuga ko ivyo atunze ari ivyiwe wenyene, ariko basangira ivyo bafise vyose.
Explore Ivyakozwe 4:32
Home
Bible
Plans
Videos