1
Ivyakozwe 17:27
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Imana yakoze ivyo kugira ngo abantu bayirondere, kandi kugira ngo kumbure nibagerageza kuyirondera baze bayibone, n’aho itari kure y’umuntu n’umwe muri twebwe.
Compare
Explore Ivyakozwe 17:27
2
Ivyakozwe 17:26
Mu ruvyaro rw’umuntu umwe yakuyemwo amoko yose iyakwiza kw’isi yose. Ni yo yabashiriyeho igihe bazobaho, ibashingira n’imbibe z’aho bazoba.
Explore Ivyakozwe 17:26
3
Ivyakozwe 17:24
Imana yaremye isi n’ibiyirimwo ni yo Mwami y’ijuru n’isi kandi ntiba mu ngoro zubatswe n’abantu.
Explore Ivyakozwe 17:24
4
Ivyakozwe 17:31
kuko yashinze umusi izocira imanza isi mu bugororotsi, ikoresheje uwo yagenye. Iyo Imana yabigaragaje kuri bose mu kumuzura mu bapfuye.”
Explore Ivyakozwe 17:31
5
Ivyakozwe 17:29
None rero, ko turi uruvyaro rwayo, ntidukwiye kwiyumvira ko Imana imeze nk’igishushanyo gikozwe mu nzahabu, mw’ifeza canke mw’ibuye, mu buhinga n’amaboko vy’abantu.
Explore Ivyakozwe 17:29
Home
Bible
Plans
Videos