1
Ivyakozwe 14:15
Bibiliya mu Kirundi coroshe
“Mbega bagenzi, ivyo bintu mubikorera iki? Erega turi abantu nka mwebwe! Twabazaniye Ubutumwa Bwiza, bubabwira guhindukira mukava mu bitagira ikimazi, mukaza ku Mana nzima, yaremye ijuru, isi n’ikiyaga, n’ibibibamwo vyose.
Compare
Explore Ivyakozwe 14:15
2
Ivyakozwe 14:9-10
Nuko yumviriza Pawulo ariko arigisha, Pawulo na we aramwihweza, abona afise ukwizera kwotuma akira. Pawulo aca avuga n’ijwi rirenga ati: “Haguruka, uhagarare ku birenge vyawe!” Ubwo nyene wa mugabo aca arabaduka, aca atangura gutambuka.
Explore Ivyakozwe 14:9-10
3
Ivyakozwe 14:23
Pawulo na Barunaba, bamaze gusenga no kwisonzesha, baca bagena abakuru b’amashengero yose, babaragiza Umwami Yesu bari bizeye.
Explore Ivyakozwe 14:23
Home
Bible
Plans
Videos