1
Zekariya 8:13
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Nuko, nk’uko mwari mu mahanga murik’ umuvumo, yemwe ab’ inzu ya Yuda, namwe ab’ inzu ya Isirayeli, ni ko nzobakiza, mubek’ umuhezagiro; ntimutinye, arikw amaboko yanyu n’akomere.
Compare
Explore Zekariya 8:13
2
Zekariya 8:16-17
Ivyo mukwiye gukora n’ibi: Umuntu wese avugane ivy’ ukuri na mugenzi we, muce imanza ziroranye z’amahoro muri mu rukinja mu marembo yanyu: ntihakagire n’umwe muri mwebge yīgīra imigabo mu mutima wiwe yo kugirira nabi mugenzi we: kukw ivyo vyose ari vyo nanka, ni k’Uhoraho agize.
Explore Zekariya 8:16-17
Home
Bible
Plans
Videos