1
Mariko 3:35
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
umuntu wese akora ivyo Imana igomba ni we murumunanje, ni we mushikanje, ni we mama.
Compare
Explore Mariko 3:35
2
Mariko 3:28-29
Ndababgire ukuri: Abana b’abantu bazoharirwa ivyaha vyabo vyose n’ibirogotano vyose bazorogota, arik’ umuntu wese azorogota kuri Mpwemu Yera nta ho azoharirwa, kand’ azoba akoze icaha c’ibihe bidashira.
Explore Mariko 3:28-29
3
Mariko 3:24-25
Ubgami iyo bgitandukanije ubgabgo, ubgo bgami ntibushobora kurama. Inzu ni yitandukanya ubgayo, iyo nzu ntizoshobora kurama.
Explore Mariko 3:24-25
4
Mariko 3:11
Impwemu zihumanye na zo uko zimubonye zamwikubita imbere, zigasemerera zit’ Ur’ Umwana w’Imana.
Explore Mariko 3:11
Home
Bible
Plans
Videos