1
Mariko 1:35
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Mw ijoro rishīra ubuca aravyuka, arasohoka, aja mu gahinga, asengerayo.
Compare
Explore Mariko 1:35
2
Mariko 1:15
at’ Igihe kirashitse, ubgami bg’Imana buri hafi: mwihane, mwemere ubutumwa bgiza.
Explore Mariko 1:15
3
Mariko 1:10-11
Avuye mu mazi, aca abona ijuru ritandukanye, Mpwemu aramanuka amugwako, asa n’inuma. Ijwi riva mw ijuru, riti Ni wewe Mwana wanje nkunda ukampimbara.
Explore Mariko 1:10-11
4
Mariko 1:8
Jeho ndababatirishije amazi, ariko we azobabatirisha Mpwemu Yera.
Explore Mariko 1:8
5
Mariko 1:17-18
Yesu arababarira, ati Ni munkurikire, nzobagira abaroba abantu. Baca bareka insenga, baramukurikira.
Explore Mariko 1:17-18
6
Mariko 1:22
Batangazwa n’inyigisho ziwe, kuko yabigisha nk’ūfise ububasha, ntase n’abanyabgenge b’ivyanditswe.
Explore Mariko 1:22
Home
Bible
Plans
Videos