1
Itanguriro 47:9
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Yakobo yishura Farawo, at’ Imyaka y’ukuyerera kwanje kw isi n’ijana na mirongwitatu: iyo myaka mbayeho ibaye mike kandi mibi, ntingana n’imyaka ba sogokuruza bamaze, mu misi y’ukuzenzagira kwabo.
Compare
Explore Itanguriro 47:9
2
Itanguriro 47:5-6
Farawo abarira Yosefu, ati So n’abo muvukana ko baje kuri wewe, igihugu ca Egiputa ngico: ubagerēre aharuta ahandi ubgiza, babe mu gihugu c’i Gosheni; kandi namb’ uzi abahanga muri bo, ubagire abatongore b’ inka zanje.
Explore Itanguriro 47:5-6
Home
Bible
Plans
Videos