1
Amosi 5:24
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Arikw imanza ziroranye, reka zisendanishe nk’amazi, n’ukugororoka gusendanishe nk’ uruzi rudahōka.
Compare
Explore Amosi 5:24
2
Amosi 5:14
Ivyiza abe ari vyo mushishikara, ariko s’ibibi, kugira ngo mubone kubaho: ni ho Uhoraho Imana Nyen’ ingabo azobana namwe, nk’uko mwavyibgira.
Explore Amosi 5:14
3
Amosi 5:15
Mwanke ibibi, mukunde ivyiza, mukomeze imanza zibereye mw ishikiro ry’igisagara: kumbure Uhoraho Imana Nyen’ ingabo azohangaza amasigarira ya Yosefu.
Explore Amosi 5:15
4
Amosi 5:4
Kuk’ ukw ari k’Uhoraho abariye inzu ya Isirayeli, at’ Abe ari jewe musiguza, kugira ngo mubone kubaho
Explore Amosi 5:4
Home
Bible
Plans
Videos