شعار YouVersion
الكتاب المقدسخططفيديوهات
إحصل على التطبيق
مُحدد اللغة
رمز البحث

آيات مشهورة من الكتاب المقدس منItanguriro 4

1

Itanguriro 4:7

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Ni wakora neza ntuzokwemerwa? ariko n’utākora neza, icaha kibunze ku rugi: kandi ni wewe cifuza, arik’ ukwiye kukinesha.

قارن

اكتشف Itanguriro 4:7

2

Itanguriro 4:26

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Seti na we arahava avyara umuhungu, amwita Enoshi: ico gihe abantu ni ho batanguriye kwambaza izina ry’Uhoraho.

قارن

اكتشف Itanguriro 4:26

3

Itanguriro 4:9

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho abaza Kayini, ati Abeli murumunawe ari hehe? Aramwishura, ati Ndabizi? Nar’ umwungere wa murumunanje?

قارن

اكتشف Itanguriro 4:9

4

Itanguriro 4:10

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Na we aramubaza, at’ Ico wakoze ico n’igiki? Ijwi ry’amaraso ya murumunawe ririko rirantakambirira kw isi.

قارن

اكتشف Itanguriro 4:10

5

Itanguriro 4:15

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho aramwishura, ati Ni co gituma uwokwica Kayini azobihanirwa kurenza we ibihetangabo ndwi. Uhoraho ashira ikimenyetso kuri Kayini, kugira ng’ ūzomubona ntamwice.

قارن

اكتشف Itanguriro 4:15

خطط قرأة مجانية و مواضيع تعبدية ذات صلة بItanguriro 4

الإصحاح السابق
الإصحاح التالي
YouVersion

تشجع للبحث عن علاقة حميمة مع الله كل يوم.

خدمة

حول‌

مهن

التطوع

المفكّرة

صحافة

روابط مفيدة

مساعدة

تبرع

اصدارات الكتاب المقدس

الأناجيل المسموعة

لغات الكتاب المقدس

آية اليوم


خدمة رقمية ل

Life.Church
العربية

©2026 Life.Church / YouVersion

سياسة الخصوصيةالشروط
برنامج الكشف عن نقاط الضعف
فيسبوكتويترالإنستجرامموقع يوتيوببينتيريست